News

U Rwanda na Kongo-Kinshasa bimaze imyaka cumi vyaraciye imibano bivuye ku ntambara hagati y'ivyo bihugu bibiri hamwe n'ibindi vyo mu karere Ariko ngo mu kiringo kitarenze indwi zibiri ivyo bihugu ...
Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza, Tony Blair, yashigikiye uruhara rw'u Rwanda mu ntambara yo mu buseruko bwa Kongo. Aho yaganira na BBC, bwana Blair yavuze ko ivyateje intambara ...
Turi mu karere kaciye mu bihe bigoye. "Twaciye mu ntambara ariko kandi twaciye mu mahoro, ... Ban Ki Moon, ikaba yari yitabwe n'umukuru w'u Rwanda Paul Kagame na mugenzi wiwe wa Kongo, ...
U Rwanda na republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo biri mu gusubira kwugurura ibiro bibiserukira mu mirwa mikuru y'ivyo bihugu vyombi 27 Ukwa cumi na 1, 2008 - 18:02 GMT BBC Gahuzamiryango ...