Bukebuke, intambara hagati ya M23 na FARDC n'abo bafashanya, zagiye zirafata iyindi ntera. M23 ivuga ko igenzura igisagara cose ca Goma, igisagara gikuru mu ntara ya Kivu iri m'ubuseruko bwa DRC.