News

"Ni twe twatanguje intambara z'isi yose zibiri. Nubwo haciye imyaka 80 kuva intambara ya kabiri y'isi yose irangiye, iciyumviro c'uko Abadagi bakwiye kuja kure y'intambara kiracari mu maraso ku ...
Uburusiya buvuga ko iyo nama yamaze amasaha arenga ane kandi ko yibanze " ku gutorera inyishu intambara ibera muri Ukraine". Ivyo biganiro, bigize ivya gatatu vya Witkoff na Putin uyu mwaka ...
Mu Burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, hamaze imyaka ikabakaba 30 hari intambara kandi igenda irushaho gukomera umwaka ku wundi, by'umwihariko kuva mu mpera za 2021 kugeza ubu ...