N'intambara irafise amategeko yayo'', niko MSF ... ubu tugenzurwa na M23 turimwo imirwa mikuru y'intara za Kivu zompi, Goma na Bukavu, kandi abo bagwanyi basa n'ababandanya kwagura akarere.
Bukebuke, intambara hagati ya M23 na FARDC n'abo bafashanya, zagiye zirafata iyindi ntera. M23 ivuga ko igenzura igisagara cose ca Goma, igisagara gikuru mu ntara ya Kivu iri m'ubuseruko bwa DRC.
Results that may be inaccessible to you are currently showing.
Hide inaccessible results